Yesaya 64:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta n’umwe yambaza izina ryawe+, nta n’umwe avyuka ngo agufate; kuko waduhishije mu maso hawe+, ugatuma dushongeshwa+ n’ububasha bw’ikosa ryacu.
7 Nta n’umwe yambaza izina ryawe+, nta n’umwe avyuka ngo agufate; kuko waduhishije mu maso hawe+, ugatuma dushongeshwa+ n’ububasha bw’ikosa ryacu.