Yesaya 64:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 None imbere y’ivyo bintu, mbega uzobandanya kwitangīra+ ga Yehova? Mbega uzoguma winumiye, ureke dutezwe amarushwa bimwe birenze+?
12 None imbere y’ivyo bintu, mbega uzobandanya kwitangīra+ ga Yehova? Mbega uzoguma winumiye, ureke dutezwe amarushwa bimwe birenze+?