19 Ububi bwawe bwari bukwiye kugukosora+, kandi ubuhemu bwawe bwari bukwiye kugukangira+. Numenye rero wongere ubone yuko guheba Yehova Imana yawe ari ikintu kibi kandi kibishe+, kandi ivyo ntivyatumye untinya+,’ ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze.