Yeremiya 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Mugabo naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali kandi naho wokoresha isabuni nyinshi+, ikosa ryawe ryoguma koko ari ikirabagu imbere yanje+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
22 “‘Mugabo naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali kandi naho wokoresha isabuni nyinshi+, ikosa ryawe ryoguma koko ari ikirabagu imbere yanje+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.