Yeremiya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 bafora ururimi rwabo bwa muheto wabo mu kinyoma+; mugabo ntibabaye abanyenkomezi mu vy’ubwizigirwa mu gihugu. “Kuko bagiye bava mu bubi baja mu bundi, kandi baranyirengagije+,” ni ko Yehova avuze.
3 bafora ururimi rwabo bwa muheto wabo mu kinyoma+; mugabo ntibabaye abanyenkomezi mu vy’ubwizigirwa mu gihugu. “Kuko bagiye bava mu bubi baja mu bundi, kandi baranyirengagije+,” ni ko Yehova avuze.