Yeremiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Yehova avuga ati: “Kubera ko bahevye itegeko ryanje natanze ngo ribe imbere yabo, kandi kubera ko batagamburutse ijwi ryanje, ntibagendere mw’itegeko ryanje+,
13 Nuko Yehova avuga ati: “Kubera ko bahevye itegeko ryanje natanze ngo ribe imbere yabo, kandi kubera ko batagamburutse ijwi ryanje, ntibagendere mw’itegeko ryanje+,