Yeremiya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ayo nategetse ba sogokuruza banyu ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, mw’itanure rishongesha ivyuma+, nti: ‘Nimugamburuke ijwi ryanje, mukore mwisunze ivyo ndabategeka vyose+; maze muzoba koko abantu banje, nanje nzoba Imana yanyu+,
4 ayo nategetse ba sogokuruza banyu ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, mw’itanure rishongesha ivyuma+, nti: ‘Nimugamburuke ijwi ryanje, mukore mwisunze ivyo ndabategeka vyose+; maze muzoba koko abantu banje, nanje nzoba Imana yanyu+,