Yeremiya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Basubiye mu makosa ya ba sekuruza babo+, bamwe ba mbere, abanse kugamburuka amajambo yanje, mugabo bagakurikira izindi mana kugira ngo bazikorere+. Inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zararenze kw’isezerano ryanje nagiranye na ba sekuruza babo+. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:10 Umunara w’Inderetsi,15/3/2007, rup. 9
10 Basubiye mu makosa ya ba sekuruza babo+, bamwe ba mbere, abanse kugamburuka amajambo yanje, mugabo bagakurikira izindi mana kugira ngo bazikorere+. Inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zararenze kw’isezerano ryanje nagiranye na ba sekuruza babo+.