Yeremiya 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Umukundwa wanje arondera iki mu nzu yanje+ ko benshi muri we bakora iki kintu+, ari co mugambi mubi+? Mbega bazotuma bikuvako bikarengana bakoresheje inyama nyeranda+, ivyago vyawe nivyaza? Mbega ico gihe uzokwigina+?
15 “Umukundwa wanje arondera iki mu nzu yanje+ ko benshi muri we bakora iki kintu+, ari co mugambi mubi+? Mbega bazotuma bikuvako bikarengana bakoresheje inyama nyeranda+, ivyago vyawe nivyaza? Mbega ico gihe uzokwigina+?