Yeremiya 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze ku bantu b’i Anatoti+ barondera ubuzima bwawe, bati: “Ntukavuge ubuhanuzi mw’izina rya Yehova+, kugira ngo ntitukwice”;
21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze ku bantu b’i Anatoti+ barondera ubuzima bwawe, bati: “Ntukavuge ubuhanuzi mw’izina rya Yehova+, kugira ngo ntitukwice”;