Yeremiya 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aba bantu babi banka kugamburuka amajambo yanje+, bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+ kandi bakaguma bakurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+, bazocika rero nk’uyu mukaba ata co ukimaze.’
10 Aba bantu babi banka kugamburuka amajambo yanje+, bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+ kandi bakaguma bakurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+, bazocika rero nk’uyu mukaba ata co ukimaze.’