Yeremiya 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nzotanga ibintu bibitswe vyose vy’iki gisagara n’umwimbu waco wose n’ibintu vy’agaciro vyaco vyose; kandi amatunga yose y’abami ba Yuda ngira ndayatange mu kuboko kw’abansi babo+. Na bo bazobisahura ata kabuza, babitware, babijane i Babiloni+.
5 Nzotanga ibintu bibitswe vyose vy’iki gisagara n’umwimbu waco wose n’ibintu vy’agaciro vyaco vyose; kandi amatunga yose y’abami ba Yuda ngira ndayatange mu kuboko kw’abansi babo+. Na bo bazobisahura ata kabuza, babitware, babijane i Babiloni+.