Yeremiya 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo wewe, ewe Pashuri, n’ababa mu nzu yawe bose, muzojanwa kugirwa imbohe+; uzoja i Babiloni maze upfireyo kandi ni yo uzohambwa mwe n’abakunzi bawe bose+, kuko wababwiye ubuhanuzi mu kinyoma+.’”
6 Nayo wewe, ewe Pashuri, n’ababa mu nzu yawe bose, muzojanwa kugirwa imbohe+; uzoja i Babiloni maze upfireyo kandi ni yo uzohambwa mwe n’abakunzi bawe bose+, kuko wababwiye ubuhanuzi mu kinyoma+.’”