Yeremiya 35:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo igihe Nebukadirezari umwami wa Babiloni yaduga gutera igihugu+, twavuze duti: ‘Nimuze twinjire muri Yeruzalemu kubera inteko za gisirikare z’Abakaludaya no kubera inteko za gisirikare z’Abasiriya, maze tube i Yeruzalemu+.’”
11 Mugabo igihe Nebukadirezari umwami wa Babiloni yaduga gutera igihugu+, twavuze duti: ‘Nimuze twinjire muri Yeruzalemu kubera inteko za gisirikare z’Abakaludaya no kubera inteko za gisirikare z’Abasiriya, maze tube i Yeruzalemu+.’”