Yeremiya 44:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘Iki ni co kizobabera ikimenyetso+,’ ni ko Yehova avuze, ‘yuko nzokwitaho ivyanyu aha hantu, kugira mumenye yuko amajambo yanje azobarangukirako ata kabuza, mugashikirwa n’ivyago+:
29 “‘Iki ni co kizobabera ikimenyetso+,’ ni ko Yehova avuze, ‘yuko nzokwitaho ivyanyu aha hantu, kugira mumenye yuko amajambo yanje azobarangukirako ata kabuza, mugashikirwa n’ivyago+: