Yeremiya 48:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ibisagara bizofatwa koko, kandi ibibanza vyiwe bikomeye bizocakirwa ata gukeka. Kuri uwo musi, umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Mowabu uzoba nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.’”
41 Ibisagara bizofatwa koko, kandi ibibanza vyiwe bikomeye bizocakirwa ata gukeka. Kuri uwo musi, umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Mowabu uzoba nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.’”