Yeremiya 48:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “‘Mowabu azozimanganywa koko ntasubire kuba igisata+, kuko yihambaje kuri Yehova+.