Yeremiya 48:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 ‘Uwuzohunga kubera ubwoba azogwa mu kinogo; uwuzoduga ava mu kinogo azofatwa mu mutego+.’ “‘Kuko nzozana kuri we, kuri Mowabu, umwaka w’ukwitaho ivyabo+,’ ni ko Yehova avuze.
44 ‘Uwuzohunga kubera ubwoba azogwa mu kinogo; uwuzoduga ava mu kinogo azofatwa mu mutego+.’ “‘Kuko nzozana kuri we, kuri Mowabu, umwaka w’ukwitaho ivyabo+,’ ni ko Yehova avuze.