Yeremiya 50:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kuko mwagumye munezerwa+, kuko mwagumye mwigina igihe mwariko musahura intoranwa yanje+. Kuko mwagumye mudidagura ibirenge hasi nk’ishashi y’inka mu vyatsi biremvye+, kandi mwagumye mwanaga nk’amafarasi y’ingabo+.
11 “Kuko mwagumye munezerwa+, kuko mwagumye mwigina igihe mwariko musahura intoranwa yanje+. Kuko mwagumye mudidagura ibirenge hasi nk’ishashi y’inka mu vyatsi biremvye+, kandi mwagumye mwanaga nk’amafarasi y’ingabo+.