Yeremiya 50:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nyoko wanyu yamaramaye rwose+. Uwabibarutse yavunitse umutima+. Ehe, ni uwo hanyuma y’ayandi mahanga, ni agahinga kagadutse, akaba n’ikiyaya c’ubugaragwa+.
12 Nyoko wanyu yamaramaye rwose+. Uwabibarutse yavunitse umutima+. Ehe, ni uwo hanyuma y’ayandi mahanga, ni agahinga kagadutse, akaba n’ikiyaya c’ubugaragwa+.