Yeremiya 50:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Hari urwamo rw’abariko bahunga n’abariko banyaga amagara bavuye mu gihugu ca Babiloni+ kugira ngo bamenyeshe i Siyoni ukwihora kwa Yehova Imana yacu+, ukwihora kubera urusengero rwiwe+.
28 “Hari urwamo rw’abariko bahunga n’abariko banyaga amagara bavuye mu gihugu ca Babiloni+ kugira ngo bamenyeshe i Siyoni ukwihora kwa Yehova Imana yacu+, ukwihora kubera urusengero rwiwe+.