Yeremiya 50:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ehe ngira ndakurwanye+, ewe Bwibone+,” ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze, “kuko umusi wawe uzoza ata kabuza, igihe nzoraba ivyawe.
31 “Ehe ngira ndakurwanye+, ewe Bwibone+,” ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze, “kuko umusi wawe uzoza ata kabuza, igihe nzoraba ivyawe.