Yeremiya 50:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Umucunguzi wabo arakomeye+, Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+. Emwe, azokwifatira mu minwe urubanza rwabo+, kugira ahe akaruhuko igihugu+ yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.”
34 Umucunguzi wabo arakomeye+, Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+. Emwe, azokwifatira mu minwe urubanza rwabo+, kugira ahe akaruhuko igihugu+ yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.”