Yeremiya 50:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 50:38 Yeremiya, rup. 161-162 Ubumenyi, rup. 18
38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.