Gucura intimba 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yagumye arikanuye kugira ngo abone ibigabitanyo vyanje+. Mu kuboko kwiwe birasobekerana.Vyaduze kw’izosi ryanje+. Inkomezi zanje zatsitaye.Yehova yantanze mu kuboko kw’abo ntashobora guhagurukira ngo ndabarwanye+.
14 Yagumye arikanuye kugira ngo abone ibigabitanyo vyanje+. Mu kuboko kwiwe birasobekerana.Vyaduze kw’izosi ryanje+. Inkomezi zanje zatsitaye.Yehova yantanze mu kuboko kw’abo ntashobora guhagurukira ngo ndabarwanye+.