Gucura intimba 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Siyoni yashanje amaboko+. Ntagira uwumuhoza+.Ku bijanye na Yakobo, Yehova yategetse abamukikije bose ngo babe abarwanizi biwe+.Yeruzalemu isigaye ari ikintu co kuzinukwa hagati muri bo+.
17 Siyoni yashanje amaboko+. Ntagira uwumuhoza+.Ku bijanye na Yakobo, Yehova yategetse abamukikije bose ngo babe abarwanizi biwe+.Yeruzalemu isigaye ari ikintu co kuzinukwa hagati muri bo+.