Ezekiyeli 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubu rero iherezo riragushitseko+, ngira nkurungikeko ishavu ryanje, kandi nzogucira urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nkuzaneko ibintu vyawe vyose biteye ishishi.
3 Ubu rero iherezo riragushitseko+, ngira nkurungikeko ishavu ryanje, kandi nzogucira urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nkuzaneko ibintu vyawe vyose biteye ishishi.