Ezekiyeli 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nzozana abarusha abandi bose kuba babi mu mahanga+, na bo ntibazobura kwigarurira amazu yabo+; nzozimanganya ubwishime bw’abakomeye+, kandi ibibanza vyabo vyeranda bizohumanywa ata kabuza+.
24 Nzozana abarusha abandi bose kuba babi mu mahanga+, na bo ntibazobura kwigarurira amazu yabo+; nzozimanganya ubwishime bw’abakomeye+, kandi ibibanza vyabo vyeranda bizohumanywa ata kabuza+.