Ezekiyeli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ambwira ati: “Ikosa ry’inzu ya Isirayeli na Yuda+ rirakomeye cane rwose+; igihugu cuzuye ugusesa amaraso+, kandi igisagara cuzuye ubuhetarare+; kuko bavuze ngo: ‘Yehova yarahevye igihugu+, kandi Yehova ntabona+.’
9 Nuko ambwira ati: “Ikosa ry’inzu ya Isirayeli na Yuda+ rirakomeye cane rwose+; igihugu cuzuye ugusesa amaraso+, kandi igisagara cuzuye ubuhetarare+; kuko bavuze ngo: ‘Yehova yarahevye igihugu+, kandi Yehova ntabona+.’