Ezekiyeli 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ntibazobura kubahoza nimwabona inzira yabo be n’ivyo bakora; kandi muzomenya vy’ukuri yuko ivyo ntegerezwa kuhakorera ntazoba nabikoze ata mvo,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”
23 “‘Ntibazobura kubahoza nimwabona inzira yabo be n’ivyo bakora; kandi muzomenya vy’ukuri yuko ivyo ntegerezwa kuhakorera ntazoba nabikoze ata mvo,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”