Ezekiyeli 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kuko batashikije ingingo zanje z’ubutungane+, bagata ivyagezwe vyanje+, bagahumanya amasabato yanje+, kandi amaso yabo akaba yakurikira ibigirwamana vy’umwanda vya ba sekuruza babo+.
24 kuko batashikije ingingo zanje z’ubutungane+, bagata ivyagezwe vyanje+, bagahumanya amasabato yanje+, kandi amaso yabo akaba yakurikira ibigirwamana vy’umwanda vya ba sekuruza babo+.