Ezekiyeli 20:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nzokubura muri mwebwe abangarariza n’abangabitanyako+, kuko nzobakura mu gihugu babamwo ari ba kavamahanga, mugabo ntibazoza ku butaka bwa Isirayeli+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’
38 Nzokubura muri mwebwe abangarariza n’abangabitanyako+, kuko nzobakura mu gihugu babamwo ari ba kavamahanga, mugabo ntibazoza ku butaka bwa Isirayeli+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’