-
Ezekiyeli 20:40Bibiliya y’isi nshasha
-
-
40 “‘Kuko ku musozi wanje mweranda, ku musozi w’ahakirurutse wa Isirayeli+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ari ho ab’inzu ya Isirayeli yose uko ingana bazonkorera, mu gihugu+. Aho ni ho nzohimbarwa na bo, kandi ni ho nzosabira intererano zanyu n’umushuzo w’ivyo mushikana mu bintu vyanyu vyeranda vyose+.
-