Ezekiyeli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo.
3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo.