Ezekiyeli 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni bo bapfukuye ubwambure bwiwe+. Batwaye abahungu biwe n’abakobwa biwe+, na we bamwicisha inkota. Arahava aba izina ribi ku bagore, bamushitsako imanza.
10 Ni bo bapfukuye ubwambure bwiwe+. Batwaye abahungu biwe n’abakobwa biwe+, na we bamwicisha inkota. Arahava aba izina ribi ku bagore, bamushitsako imanza.