Ezekiyeli 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko bene Babiloni baguma baza kuri we, ku gitanda giserurirwako urukundo, bamuhumanisha ubushurashuzi bwabo+; abandanya guhumanywa na bo, umutima wiwe na wo utangura kubazinukwa, wirabira hirya.
17 Nuko bene Babiloni baguma baza kuri we, ku gitanda giserurirwako urukundo, bamuhumanisha ubushurashuzi bwabo+; abandanya guhumanywa na bo, umutima wiwe na wo utangura kubazinukwa, wirabira hirya.