Ezekiyeli 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzokwerekanira kuri wewe ishaka ryanje+, kandi bazokurwanya bashangashiwe+. Bazogukura izuru n’amatwi, amasigarira yawe na yo agwishwe n’inkota. Bazotwara+ abahungu bawe n’abakobwa bawe+, amasigarira yawe na yo arigatwe n’umuriro+.
25 Nzokwerekanira kuri wewe ishaka ryanje+, kandi bazokurwanya bashangashiwe+. Bazogukura izuru n’amatwi, amasigarira yawe na yo agwishwe n’inkota. Bazotwara+ abahungu bawe n’abakobwa bawe+, amasigarira yawe na yo arigatwe n’umuriro+.