Ezekiyeli 23:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uzokorerwa ivyo bintu kubera yuko ugenda nk’umumaraya ukurikira amahanga+, kuko wihumanishije ibigirwamana vyayo vy’umwanda+.
30 Uzokorerwa ivyo bintu kubera yuko ugenda nk’umumaraya ukurikira amahanga+, kuko wihumanishije ibigirwamana vyayo vy’umwanda+.