Ezekiyeli 23:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Uzonywa igikombe ca mwene wanyu, kimwe kirekire kandi cagutse+. Uzocika agatwengo n’agashinyaguro, igikombe kirimwo vyinshi+.
32 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Uzonywa igikombe ca mwene wanyu, kimwe kirekire kandi cagutse+. Uzocika agatwengo n’agashinyaguro, igikombe kirimwo vyinshi+.