Ezekiyeli 23:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uretse ivyo, igihe batangura gutuma ku bagabo bava kure, abatumweko intumwa+, erega baciye baza+, abo wari witeguriye mu kwiyoga+, mu kwiraba amarangi ku maso+ no mu kwishariza n’udusharizo+.
40 Uretse ivyo, igihe batangura gutuma ku bagabo bava kure, abatumweko intumwa+, erega baciye baza+, abo wari witeguriye mu kwiyoga+, mu kwiraba amarangi ku maso+ no mu kwishariza n’udusharizo+.