Ezekiyeli 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi inkota izoza koko mu Misiri+, ububabare bukaze na bwo buze muri Etiyopiya umuntu niyagwa agandaguwe mu Misiri, bagatwara vy’ukuri ubutunzi bwaho, n’imishinge yaho igasamburwa+.
4 Kandi inkota izoza koko mu Misiri+, ububabare bukaze na bwo buze muri Etiyopiya umuntu niyagwa agandaguwe mu Misiri, bagatwara vy’ukuri ubutunzi bwaho, n’imishinge yaho igasamburwa+.