Ezekiyeli 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuri uwo musi, intumwa zizogendera mu meri zivuye imbere yanje, kugira ngo zijugumize Etiyopiya yiyizigira+. Emwe, bazogira ububabare bukaze ku musi wa Misiri, kuko utegerezwa kuza+.’
9 Kuri uwo musi, intumwa zizogendera mu meri zivuye imbere yanje, kugira ngo zijugumize Etiyopiya yiyizigira+. Emwe, bazogira ububabare bukaze ku musi wa Misiri, kuko utegerezwa kuza+.’