Ezekiyeli 30:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 We n’abantu biwe bari kumwe na we, intwazamukazo z’amahanga+, bagira bazanwe kugira ngo batume igihugu gisigara ari ibihomvagurike. Emwe, bazosokora inkota zabo barwanye Misiri, buzuze igihugu abagandaguwe+.
11 We n’abantu biwe bari kumwe na we, intwazamukazo z’amahanga+, bagira bazanwe kugira ngo batume igihugu gisigara ari ibihomvagurike. Emwe, bazosokora inkota zabo barwanye Misiri, buzuze igihugu abagandaguwe+.