Ezekiyeli 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni, amaboko ya Farawo na yo agwe; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashira inkota yanje mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we akayibangurira vy’ukuri igihugu ca Misiri+.
25 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni, amaboko ya Farawo na yo agwe; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashira inkota yanje mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we akayibangurira vy’ukuri igihugu ca Misiri+.