-
Ezekiyeli 31:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 “‘Ni nde none musa muri ubwo buryo mu buninahazwa+ no mu kuntu uri agahambaye mu biti vyo muri Edeni+? Ariko ntuzobura kumanukanwa mu gihugu co munsi epfo+, hamwe n’ibiti vyo muri Edeni. Hagati mu batagenyerewe ni ho uzoryama hamwe n’abagandagujwe inkota. Uwo ni Farawo be n’isinzi ryiwe ryose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
-