Ezekiyeli 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzotuma isinzi ryawe rigwishwa n’inkota z’abanyenkomezi, intwazamukazo z’amahanga, bose hamwe+; bazonyaga koko ubwishime bwa Misiri, kandi isinzi ryiwe ryose rizozimanganywa ata kabuza+.
12 Nzotuma isinzi ryawe rigwishwa n’inkota z’abanyenkomezi, intwazamukazo z’amahanga, bose hamwe+; bazonyaga koko ubwishime bwa Misiri, kandi isinzi ryiwe ryose rizozimanganywa ata kabuza+.