Ezekiyeli 32:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Abantu bakurubakuru bo mu banyenkomezi bazovuganira na we hagati mu kuzimu, hamwe n’abamufasha+. Emwe, bazomanuka+; bazoryama nk’abatagenyerewe, baryame bariritswe n’inkota.
21 “‘Abantu bakurubakuru bo mu banyenkomezi bazovuganira na we hagati mu kuzimu, hamwe n’abamufasha+. Emwe, bazomanuka+; bazoryama nk’abatagenyerewe, baryame bariritswe n’inkota.