Ezekiyeli 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kuko wagize inyankane yamaho igihe kitagira urugero+, ukaguma ugabura bene Isirayeli ku bubasha bw’inkota+, mu gihe c’ivyago vyabo+, mu gihe c’ikosa ryabo rya nyuma+.”’
5 kuko wagize inyankane yamaho igihe kitagira urugero+, ukaguma ugabura bene Isirayeli ku bubasha bw’inkota+, mu gihe c’ivyago vyabo+, mu gihe c’ikosa ryabo rya nyuma+.”’