Ezekiyeli 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imbere y’amatambwe mirongo ibiri yo mu kigo c’indani+ be n’imbere ya rya saso+ ryo ku kigo c’inyuma, hari utubaraza+ tubangabanganye, mu magorofa atatu.
3 Imbere y’amatambwe mirongo ibiri yo mu kigo c’indani+ be n’imbere ya rya saso+ ryo ku kigo c’inyuma, hari utubaraza+ tubangabanganye, mu magorofa atatu.