Ezekiyeli 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko vyari mu magorofa atatu+, kandi nta nkingi vyari bifise nka za nkingi z’ibigo. Ni co gituma hagenda ikibanza kiruta icagenda ku vyo hasi no ku vyo hagati.
6 Kuko vyari mu magorofa atatu+, kandi nta nkingi vyari bifise nka za nkingi z’ibigo. Ni co gituma hagenda ikibanza kiruta icagenda ku vyo hasi no ku vyo hagati.